1 Ngoma 29:1 Bibiliya y’isi nshasha 29 Nuko Dawidi umwami abwira ishengero+ ryose ati: “Salomo umuhungu wanje, uwo Imana yatoye+, aracari muto+ kandi nta nkomezi aragira, mugabo igikorwa ni kinini; kuko iyo ngoro atari iy’umuntu+, ariko ni iya Yehova Imana.
29 Nuko Dawidi umwami abwira ishengero+ ryose ati: “Salomo umuhungu wanje, uwo Imana yatoye+, aracari muto+ kandi nta nkomezi aragira, mugabo igikorwa ni kinini; kuko iyo ngoro atari iy’umuntu+, ariko ni iya Yehova Imana.