2 Samweli 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 abwira rero Natani+ umuhanuzi ati: “Raba ubu jewe mba mu nzu y’amasederi+ mu gihe isandugu y’Imana y’ukuri yoyo iba hagati mu bitambara vy’ihema+.” 2 Samweli 12:1 Bibiliya y’isi nshasha 12 Yehova arungika Natani+ kuri Dawidi. Yinjira rero aho ari+, amubwira ati: “Mu gisagara kimwe hari abagabo babiri; umwe yari umutunzi uwundi akaba ntahonikora.
2 abwira rero Natani+ umuhanuzi ati: “Raba ubu jewe mba mu nzu y’amasederi+ mu gihe isandugu y’Imana y’ukuri yoyo iba hagati mu bitambara vy’ihema+.”
12 Yehova arungika Natani+ kuri Dawidi. Yinjira rero aho ari+, amubwira ati: “Mu gisagara kimwe hari abagabo babiri; umwe yari umutunzi uwundi akaba ntahonikora.