6 Nuko mu mwaka ugira amajana ane na mirongo umunani inyuma y’aho bene Isirayeli baviriye mu gihugu ca Misiri+, mu mwaka ugira kane+, mu kwezi kwa Zivu+, ni ukuvuga ukwezi kugira kabiri+, inyuma y’aho Salomo abereye umwami wa Isirayeli, atangura kwubakira inzu Yehova+.