Guharura 11:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nimba rero ukwo ari ko uriko urangirira, ndakwinginze unyice bihere biheze+, nimba nagize ubutoni mu maso yawe, noye kwitegereza ivyago vyanje.” 1 Abami 19:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ariko we aja mu gahinga, ahareha n’urugendo rw’umusi umwe, amaherezo aja kwicara munsi y’igiti kimwe c’umugoti+. Nuko atangura gusaba ko yokwipfira, avuga ati: “Biramaze! None rero, ewe Yehova, nkuraho+, kuko ntaruta ba sogokuruza banje.” Yobu 7:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ku buryo mpitamwo kunigwa,Ngahitamwo urupfu+ ha guhitamwo amagufa yanje. Yona 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 None rero, ewe Yehova, ndakwinginze unyake ubuzima+, kuko gupfa bindutiye kubaho+.” Ivyahishuwe 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi muri iyo misi abantu bazorondera urupfu+ mugabo ntibazogenda baruronse, kandi bazokwipfuza gupfa mugabo urupfu ruzoguma rubahunga.
15 Nimba rero ukwo ari ko uriko urangirira, ndakwinginze unyice bihere biheze+, nimba nagize ubutoni mu maso yawe, noye kwitegereza ivyago vyanje.”
4 Ariko we aja mu gahinga, ahareha n’urugendo rw’umusi umwe, amaherezo aja kwicara munsi y’igiti kimwe c’umugoti+. Nuko atangura gusaba ko yokwipfira, avuga ati: “Biramaze! None rero, ewe Yehova, nkuraho+, kuko ntaruta ba sogokuruza banje.”
6 Kandi muri iyo misi abantu bazorondera urupfu+ mugabo ntibazogenda baruronse, kandi bazokwipfuza gupfa mugabo urupfu ruzoguma rubahunga.