Zaburi 90:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko imisi yacu yose iyonze kubera uburake bwawe+;Turangije imyaka yacu nk’ubwongoshwe+. Yakobo 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 kandi mutazi uko ubuzima bwanyu buzomera ejo+. Kuko muri igipfungu kiboneka akanya gato maze kikazimangana+.
14 kandi mutazi uko ubuzima bwanyu buzomera ejo+. Kuko muri igipfungu kiboneka akanya gato maze kikazimangana+.