Yobu 7:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ibuka yuko ubuzima bwanje ari umuyaga+,Yuko ijisho ryanje ritazosubira kubona iciza. Zaburi 39:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Menyesha iherezo ryanje, ewe Yehova+,N’urugero rw’imisi yanje, urwo ari rwo+,Kugira menye ingene ndi uwumara akanya isase+. Zaburi 89:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Ibuka ikiringo ubuzima bwanje bumara uko kireha+.Mbega waremeye ubusa gusa abana b’abantu bose+?
4 “Menyesha iherezo ryanje, ewe Yehova+,N’urugero rw’imisi yanje, urwo ari rwo+,Kugira menye ingene ndi uwumara akanya isase+.