1 Samweli 22:1 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nuko Dawidi aragenda avuye ng’aho+, ahungira+ mw’isenga+ ry’i Adulamu+; bene wabo be n’inzu ya se yose baravyumva, baca bamanuka ng’aho iyo ari. 1 Samweli 24:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Amaherezo ashika ku mpongore z’intama zubakishijwe amabuye zari iruhande y’inzira, ahari isenga. Sauli yinjirayo kwitabara+, mu gihe Dawidi n’abantu biwe bari mu bice vyo hirya cane vy’iryo senga+, bicaye. Abaheburayo 11:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 kandi isi ntiyari ibabereye. Barayerereye mu bugaragwa no mu misozi no mu masenga+ no mu myobo y’isi.
22 Nuko Dawidi aragenda avuye ng’aho+, ahungira+ mw’isenga+ ry’i Adulamu+; bene wabo be n’inzu ya se yose baravyumva, baca bamanuka ng’aho iyo ari.
3 Amaherezo ashika ku mpongore z’intama zubakishijwe amabuye zari iruhande y’inzira, ahari isenga. Sauli yinjirayo kwitabara+, mu gihe Dawidi n’abantu biwe bari mu bice vyo hirya cane vy’iryo senga+, bicaye.
38 kandi isi ntiyari ibabereye. Barayerereye mu bugaragwa no mu misozi no mu masenga+ no mu myobo y’isi.