Kuvayo 11:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko Musa na Aroni bakorera ivyo bitangaro vyose imbere ya Farawo+. Mugabo Yehova yarareka umutima wa Farawo ugacika intabarirwa, ku buryo atarekura bene Isirayeli ngo bave mu gihugu ciwe+. 2 Ngoma 36:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mbere agarariza Umwami Nebukadinezari+, uwari yaramurahije Imana+; aguma adadaza+ izosi yongera akomantaza+ umutima wiwe kugira ngo ntagaruke kuri Yehova Imana ya Isirayeli. Zaburi 75:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ntimushire ihembe ryanyu iyo hejuru.Ntimuvugane izosi ry’akagaye+. Yeremiya 17:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 mugabo ntibumvirije canke ngo batege ugutwi+; maze bakomantaza izosi+ ryabo kugira ntibumve no kugira ntibemere gutozwa indero+.”’
10 Nuko Musa na Aroni bakorera ivyo bitangaro vyose imbere ya Farawo+. Mugabo Yehova yarareka umutima wa Farawo ugacika intabarirwa, ku buryo atarekura bene Isirayeli ngo bave mu gihugu ciwe+.
13 Mbere agarariza Umwami Nebukadinezari+, uwari yaramurahije Imana+; aguma adadaza+ izosi yongera akomantaza+ umutima wiwe kugira ngo ntagaruke kuri Yehova Imana ya Isirayeli.
23 mugabo ntibumvirije canke ngo batege ugutwi+; maze bakomantaza izosi+ ryabo kugira ntibumve no kugira ntibemere gutozwa indero+.”’