Esiteri 6:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Hamani yinjiye, umwami amubwira ati: “Umuntu umwami ubwiwe ahimbawe no gutera iteka akwiye kugirirwa iki+?” Hamani aca yibwira mu mutima wiwe ati: “Hari uwundi umwami yohimbarwa no gutera iteka atari jewe+?” Imigani 18:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Imbere y’ugusenyuka, umutima w’umuntu urishira hejuru+; kandi imbere y’ubuninahazwa, haba uguca bugufi+. Luka 18:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ndabibabwiye: Uyo muntu yamanutse i muhira iwe abonetse ko ari umugororotsi+ kuruta urya wundi; kuko uwo wese yishira hejuru azoteterezwa, mugabo uwicisha bugufi we akazoshirwa hejuru+.” Yakobo 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ariko ubuntu ata wari abukwiriye Imana itanga burahambaye kuruta+. Ni co gituma icanditswe kivuga giti: “Imana irwanya abibona+, mugabo iha ubuntu ata wari abukwiriye abicisha bugufi+.”
6 Hamani yinjiye, umwami amubwira ati: “Umuntu umwami ubwiwe ahimbawe no gutera iteka akwiye kugirirwa iki+?” Hamani aca yibwira mu mutima wiwe ati: “Hari uwundi umwami yohimbarwa no gutera iteka atari jewe+?”
12 Imbere y’ugusenyuka, umutima w’umuntu urishira hejuru+; kandi imbere y’ubuninahazwa, haba uguca bugufi+.
14 Ndabibabwiye: Uyo muntu yamanutse i muhira iwe abonetse ko ari umugororotsi+ kuruta urya wundi; kuko uwo wese yishira hejuru azoteterezwa, mugabo uwicisha bugufi we akazoshirwa hejuru+.”
6 Ariko ubuntu ata wari abukwiriye Imana itanga burahambaye kuruta+. Ni co gituma icanditswe kivuga giti: “Imana irwanya abibona+, mugabo iha ubuntu ata wari abukwiriye abicisha bugufi+.”