Zaburi 22:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nsutswe nk’amazi+,Kandi amagufa yanje yose aratanijwe+.Umutima wanje ucitse nk’ishashara+;Ushongeye imbere muri jewe+. Matayo 26:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 kuko iki gisobanura+ ‘amaraso yanje+ y’isezerano+’ agiye guseswa ku bwa benshi+ ku bwo kubabarirwa ibicumuro+. Abaheburayo 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Rero, kubera ko nya “bana batoyi” ari abasangiye amaraso n’umubiri, na we nyene yaronse kuri ivyo bintu nyene+, kugira ngo biciye ku rupfu rwiwe+ ahindure ubusa+ umwe afise uburyo bwo guteza urupfu+, ari we Shetani*+; 1 Petero 1:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ahubwo mwarokojwe amaraso y’agaciro+, nk’ay’umwagazi w’intama utagirako ikirabagu kandi utagirako agatosi+, emwe, aya Kristu+.
14 Nsutswe nk’amazi+,Kandi amagufa yanje yose aratanijwe+.Umutima wanje ucitse nk’ishashara+;Ushongeye imbere muri jewe+.
28 kuko iki gisobanura+ ‘amaraso yanje+ y’isezerano+’ agiye guseswa ku bwa benshi+ ku bwo kubabarirwa ibicumuro+.
14 Rero, kubera ko nya “bana batoyi” ari abasangiye amaraso n’umubiri, na we nyene yaronse kuri ivyo bintu nyene+, kugira ngo biciye ku rupfu rwiwe+ ahindure ubusa+ umwe afise uburyo bwo guteza urupfu+, ari we Shetani*+;
19 Ahubwo mwarokojwe amaraso y’agaciro+, nk’ay’umwagazi w’intama utagirako ikirabagu kandi utagirako agatosi+, emwe, aya Kristu+.