Yesaya 14:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ubwishime bwawe bumanuwe mu kuzimu, rwa rwamo rw’ibicurarangisho vyawe vy’imirya+. Munsi yawe, inyo zishashe nk’uburiri; inyo ni zo wipfuka+.’ Yesaya 34:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Haba mw’ijoro canke ku murango, ntizozima; umwotsi wayo uzoguma uduga gushika igihe kitagira urugero+. Kuva kw’iyaruka uja ku rindi, azogaduka+; gushika ibihe bitazoshira, nta wuzorengana aciye iwe+. Matayo 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ikiyozo ciwe co kugosoza kiri mu kuboko kwiwe, kandi azosukura imbuga yiwe y’ikubitiro ayinoze, hanyuma yegeranirize ingano ziwe mu kigega+, mugabo umuguruka awuturize+ umuriro udashobora kuzima.” Matayo 25:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 “Maze azoheza abwire abari ibubamfu bwiwe ati: ‘Mva iruhande+, mwebwe abavumwe, muje mu muriro utazima+ wateguriwe Shetani* n’abamarayika biwe+. Mariko 9:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 aho urunyo rwavyo rudapfa n’umuriro ntuzime+. 2 Abatesalonika 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Abo nyene bazoshikirwa n’igihano c’urubanza+ c’ugutikizwa kw’ibihe bidahera+ bave imbere y’Umukama n’imbere y’ubuninahazwa bw’inkomezi ziwe+,
11 Ubwishime bwawe bumanuwe mu kuzimu, rwa rwamo rw’ibicurarangisho vyawe vy’imirya+. Munsi yawe, inyo zishashe nk’uburiri; inyo ni zo wipfuka+.’
10 Haba mw’ijoro canke ku murango, ntizozima; umwotsi wayo uzoguma uduga gushika igihe kitagira urugero+. Kuva kw’iyaruka uja ku rindi, azogaduka+; gushika ibihe bitazoshira, nta wuzorengana aciye iwe+.
12 Ikiyozo ciwe co kugosoza kiri mu kuboko kwiwe, kandi azosukura imbuga yiwe y’ikubitiro ayinoze, hanyuma yegeranirize ingano ziwe mu kigega+, mugabo umuguruka awuturize+ umuriro udashobora kuzima.”
41 “Maze azoheza abwire abari ibubamfu bwiwe ati: ‘Mva iruhande+, mwebwe abavumwe, muje mu muriro utazima+ wateguriwe Shetani* n’abamarayika biwe+.
9 Abo nyene bazoshikirwa n’igihano c’urubanza+ c’ugutikizwa kw’ibihe bidahera+ bave imbere y’Umukama n’imbere y’ubuninahazwa bw’inkomezi ziwe+,