Yesaya 6:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuri ivyo mvuga nti: “Kugeza ryari ga Yehova+?” Maze avuga ati: “Gushika ibisagara bihomvaguritse koko, bigasigara ata wubibamwo, n’amazu agasigara ata muntu yakuwe mw’ivu ayabamwo, n’ubutaka bugatikizwa bugacika umusaka+; Yesaya 24:1 Bibiliya y’isi nshasha 24 Raba! Yehova agira acuranure igihugu akigire igiharabuga+, kandi yagoramitse mu maso haco+, asanzaza abakibamwo+. Yeremiya 7:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Kandi nzokura mu bisagara vya Yuda no mu mabarabara ya Yeruzalemu ijwi ry’umwigino n’ijwi ry’umunezero, ijwi ry’umukwe n’ijwi ry’umugeni+; kuko igihugu kizocika ikibanza catikijwe gusa+.’”
11 Kuri ivyo mvuga nti: “Kugeza ryari ga Yehova+?” Maze avuga ati: “Gushika ibisagara bihomvaguritse koko, bigasigara ata wubibamwo, n’amazu agasigara ata muntu yakuwe mw’ivu ayabamwo, n’ubutaka bugatikizwa bugacika umusaka+;
24 Raba! Yehova agira acuranure igihugu akigire igiharabuga+, kandi yagoramitse mu maso haco+, asanzaza abakibamwo+.
34 Kandi nzokura mu bisagara vya Yuda no mu mabarabara ya Yeruzalemu ijwi ry’umwigino n’ijwi ry’umunezero, ijwi ry’umukwe n’ijwi ry’umugeni+; kuko igihugu kizocika ikibanza catikijwe gusa+.’”