2 Abami 22:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Atangura gukora ivyari bigororotse mu maso ya Yehova+ no kugendera mu nzira yose ya Dawidi sekuruza+, ntiyakebereza iburyo canke ibubamfu+. 2 Abami 23:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Imbere yiwe, nta mwami ameze nka we yagarutse+ kuri Yehova n’umutima wiwe wose n’ubuzima bwiwe bwose+ n’inguvu ziwe zose, nk’uko itegeko rya Musa ryose ryari; eka n’inyuma yiwe nta wabonetse ameze nka we. 2 Ngoma 34:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Atangura gukora ivyari bigororotse mu maso ya Yehova+ kandi agendera mu nzira za Dawidi sekuruza+; ntiyakebereza iburyo canke ibubamfu+. Imigani 21:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuri Yehova, gushishikara ubugororotsi n’urubanza ni vyo bishimwa kuruta ikimazi+. Imigani 31:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Teranura akanwa, uce imanza mu bugororotsi, uburanire umurushwa n’umworo+.
2 Atangura gukora ivyari bigororotse mu maso ya Yehova+ no kugendera mu nzira yose ya Dawidi sekuruza+, ntiyakebereza iburyo canke ibubamfu+.
25 Imbere yiwe, nta mwami ameze nka we yagarutse+ kuri Yehova n’umutima wiwe wose n’ubuzima bwiwe bwose+ n’inguvu ziwe zose, nk’uko itegeko rya Musa ryose ryari; eka n’inyuma yiwe nta wabonetse ameze nka we.
2 Atangura gukora ivyari bigororotse mu maso ya Yehova+ kandi agendera mu nzira za Dawidi sekuruza+; ntiyakebereza iburyo canke ibubamfu+.