10 Mu ntango z’umwaka+, Umwami Nebukadinezari atuma abasuku biwe+ maze bamuzana i Babiloni+ hamwe n’ibintu bihimbaye vyo mu nzu ya Yehova+. Vyongeye, yimika Zedekiya+ mwene wabo na se, ngo abe umwami wa Yuda na Yeruzalemu+.
30 Ibi rero ni vyo Yehova avuze kuri Yehoyakimu umwami wa Yuda: ‘Ntazoronka uwicara ku ntebe y’ubwami ya Dawidi+, kandi umuvyimba wiwe uzoshiburirwa hanze+ mu bushuhe ku murango no mu gikonyozi mw’ijoro.