-
Daniyeli 5:23Bibiliya y’isi nshasha
-
-
23 Mugabo wishize hejuru wihambaza ku Mukama w’amajuru+, bazana imbere yawe ivyombo vyo mu nzu yiwe+; hanyuma wewe n’abakomakomeye bawe, incoreke zawe n’abagore bawe batoyi mubinyweramwo, ushemeza imana z’ifeza, n’iz’inzahabu, n’iz’umujumpu, n’iz’icuma, n’iz’ibiti be n’iz’amabuye+, ata co zibona canke ngo zumve canke ngo zimenye+; mugabo ya Mana ifise impemu zawe mu kuboko kwayo+, ikagaba n’inzira zawe zose+, ntiwayininahaje+.
-