Abalewi 25:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Mutegerezwa rero gushitsa ivyagezwe vyanje, kandi mutegerezwa kugumya ingingo zanje z’ubutungane, mukazishitsa. Ni ho muzokwibera koko muri nya gihugu mu mutekano+.
18 Mutegerezwa rero gushitsa ivyagezwe vyanje, kandi mutegerezwa kugumya ingingo zanje z’ubutungane, mukazishitsa. Ni ho muzokwibera koko muri nya gihugu mu mutekano+.