2 Abami 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Umumarayika wa Yehova aca abwira Eliya ati: “Manukana na we. Ntumutinye+.” Arahaguruka rero, amanukana na we aho umwami ari. Imigani 29:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kujugumira imbere y’abantu ni vyo bitega umutego+, mugabo uwizigira Yehova azokingirwa+. Yeremiya 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “Nayo wewe, ukenyere mu mafyinga+, maze uhaguruke, ubabwire ibintu vyose ngutegeka. Ntucike ivutu kubera bo+, kugira ngo simpave ndaguca ivutu imbere yabo. Luka 12:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Vyongeye ndabibabwiye, bagenzi+: Ntimutinye abica umubiri, inyuma y’ivyo ntibashobore kugira ikindi kintu na kimwe+.
15 Umumarayika wa Yehova aca abwira Eliya ati: “Manukana na we. Ntumutinye+.” Arahaguruka rero, amanukana na we aho umwami ari.
17 “Nayo wewe, ukenyere mu mafyinga+, maze uhaguruke, ubabwire ibintu vyose ngutegeka. Ntucike ivutu kubera bo+, kugira ngo simpave ndaguca ivutu imbere yabo.
4 Vyongeye ndabibabwiye, bagenzi+: Ntimutinye abica umubiri, inyuma y’ivyo ntibashobore kugira ikindi kintu na kimwe+.