Kuvayo 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kandi ata gukeka nzobazana kuri jewe mube abantu banje+, nanje nzobabera Imana koko+; kandi muzomenya vy’ukuri yuko jewe ndi Yehova Imana yanyu ariko arabakura munsi y’imizigo ya Misiri+. Gusubira mu vyagezwe 7:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko uri igisata ceranda kuri Yehova Imana yawe+. Ni wewe Yehova Imana yawe yatoye ngo ube igisata ciwe, inyegu idasanzwe, mu bisata vyose vy’abantu biri ku buringanire bw’ubutaka+. Yesaya 41:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Mugabo wewe ga Isirayeli, uri umusavyi wanje+, wewe ga Yakobo, uwo natoye+, uruvyaro rwa Aburahamu+ umugenzi wanje+;
7 Kandi ata gukeka nzobazana kuri jewe mube abantu banje+, nanje nzobabera Imana koko+; kandi muzomenya vy’ukuri yuko jewe ndi Yehova Imana yanyu ariko arabakura munsi y’imizigo ya Misiri+.
6 Kuko uri igisata ceranda kuri Yehova Imana yawe+. Ni wewe Yehova Imana yawe yatoye ngo ube igisata ciwe, inyegu idasanzwe, mu bisata vyose vy’abantu biri ku buringanire bw’ubutaka+.
8 “Mugabo wewe ga Isirayeli, uri umusavyi wanje+, wewe ga Yakobo, uwo natoye+, uruvyaro rwa Aburahamu+ umugenzi wanje+;