Zaburi 78:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi ntibari bakwiye gucika nka ba sekuruza babo+,Iyaruka ry’akagagazo kandi ry’irigarariji+,Iyaruka ry’abatari barateguye umutima wabo+,Kandi umutima wabo ntube umwizigirwa ku Mana+. Ezekiyeli 5:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Kubera ko mwakubaganye+ kuruta amahanga abakikuje, ntimugendere mu vyagezwe vyanje, n’ingingo zanje z’ubutungane ntimuzishitse+, mugabo mugakora ibihuye n’ingingo z’ubutungane z’amahanga abakikuje—si ko none+?—
8 Kandi ntibari bakwiye gucika nka ba sekuruza babo+,Iyaruka ry’akagagazo kandi ry’irigarariji+,Iyaruka ry’abatari barateguye umutima wabo+,Kandi umutima wabo ntube umwizigirwa ku Mana+.
7 “Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Kubera ko mwakubaganye+ kuruta amahanga abakikuje, ntimugendere mu vyagezwe vyanje, n’ingingo zanje z’ubutungane ntimuzishitse+, mugabo mugakora ibihuye n’ingingo z’ubutungane z’amahanga abakikuje—si ko none+?—