Gusubira mu vyagezwe 5:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “‘Ndi Yehova Imana yawe+ yagukuye mu gihugu ca Misiri, mu nzu y’abashumba+. Zaburi 81:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Jewe Yehova ndi Imana yawe+,Umwe yakudugana agukuye mu gihugu ca Misiri+.Taburura akanwa, nanje ndakuzuze+.
10 Jewe Yehova ndi Imana yawe+,Umwe yakudugana agukuye mu gihugu ca Misiri+.Taburura akanwa, nanje ndakuzuze+.