Matayo 8:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Buno mu kiyaga havyuka inkuruma ikomeye ku buryo ubwato bwariko bupfukwa n’imipfunda; ariko we yari asinziriye+. Mariko 4:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Buno haduka ikirura c’umuyaga gikaze, imipfunda na yo iguma yisuka mu bwato, ku buryo ubwato buhakwa kwuzura amazi+.
24 Buno mu kiyaga havyuka inkuruma ikomeye ku buryo ubwato bwariko bupfukwa n’imipfunda; ariko we yari asinziriye+.
37 Buno haduka ikirura c’umuyaga gikaze, imipfunda na yo iguma yisuka mu bwato, ku buryo ubwato buhakwa kwuzura amazi+.