Matayo 11:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ibintu vyose narabihawe na Dawe+, kandi nta n’umwe azi neza Umwana atari Data+, eka nta n’uwuzi neza Data atari Umwana be n’uwo wese Umwana agomba kumuhishurira+.
27 Ibintu vyose narabihawe na Dawe+, kandi nta n’umwe azi neza Umwana atari Data+, eka nta n’uwuzi neza Data atari Umwana be n’uwo wese Umwana agomba kumuhishurira+.