ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 28:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Yezu aregera, ababwira ati: “Ububasha+ bwose narabuhawe mw’ijuru no kw’isi.

  • Luka 10:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Ibintu vyose narabihawe+ na Dawe, kandi nta wuzi Umwana uwo ari we, atari Se+; kandi nta wuzi Se uwo ari we atari Umwana+, be n’uwo Umwana agomba kumuhishurira.”

  • Yohani 10:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 nk’uko Data anzi nanje nkamenya Data+; kandi ndigura intama+.

  • 1 Yohani 5:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Mugabo turazi yuko Umwana w’Imana yaje+, kandi yaraduhaye ubushobozi bwo gutegera+ kugira ngo tumenye imwe y’ukuri+. Kandi twunze ubumwe+ n’imwe y’ukuri, biciye ku Mwana wayo Yezu Kristu. Iyo ni yo Mana y’ukuri+ n’ubuzima budahera+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika