Yohani 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 biciye kuri we bwari ubuzima+, kandi ubuzima bwari umuco+ w’abantu. Yohani 6:63 Bibiliya y’isi nshasha 63 Impwemu ni yo itanga ubuzima+; umubiri nta co umaze na gato. Amajambo mbabwiye ni impwemu+ kandi ni ubuzima+. Yohani 17:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kugira ngo baronke ubuzima budahera+, ni uko baguma bironsa ubumenyi+ bwerekeye wewe, Imana yonyene y’ukuri+, n’ubwerekeye uwo watumye, Yezu Kristu+. Abaroma 6:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kuko impembo igicumuro gitanga ari urupfu+, mugabo ingabirano+ Imana itanga ni ubuzima budahera+ biciye kuri Kristu Yezu Umukama wacu+. Ivyahishuwe 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ntutinye ibigira bigushikire+. Ehe Shetani*+ azoguma ata mw’ibohero bamwe muri mwebwe kugira ngo mugezwe bimwe bishitse+, no kugira ngo mugire amakuba+ imisi cumi. Erekana ko uri umwizigirwa no gushika ku rupfu+, nanje nzoguha urugori rw’ubuzima+.
63 Impwemu ni yo itanga ubuzima+; umubiri nta co umaze na gato. Amajambo mbabwiye ni impwemu+ kandi ni ubuzima+.
3 Kugira ngo baronke ubuzima budahera+, ni uko baguma bironsa ubumenyi+ bwerekeye wewe, Imana yonyene y’ukuri+, n’ubwerekeye uwo watumye, Yezu Kristu+.
23 Kuko impembo igicumuro gitanga ari urupfu+, mugabo ingabirano+ Imana itanga ni ubuzima budahera+ biciye kuri Kristu Yezu Umukama wacu+.
10 Ntutinye ibigira bigushikire+. Ehe Shetani*+ azoguma ata mw’ibohero bamwe muri mwebwe kugira ngo mugezwe bimwe bishitse+, no kugira ngo mugire amakuba+ imisi cumi. Erekana ko uri umwizigirwa no gushika ku rupfu+, nanje nzoguha urugori rw’ubuzima+.