-
Ivyakozwe 28:23Bibiliya y’isi nshasha
-
-
23 Maze bumvikana na we umusi, hanyuma baza kuri we aho yaba, ari benshi kuruta. Na we abasigurira nya bintu mu gushinga intahe inogangije ku vyerekeye ubwami bw’Imana+ no mu gukoresha kuri bo imvugo inyura, ku vyerekeye Yezu afatiye kw’itegeko rya Musa+ no ku Bahanuzi+, kuva mu gatondo gushika ku mugoroba.
-