Zaburi 32:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Hahiriwe umuntu Yehova adaharurako ikosa+,Mu mutima wiwe akaba ata buhendanyi buriyo+. 2 Abakorinto 5:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 ni ukuvuga yuko Imana biciye kuri Kristu+ yariko yisubiza hamwe n’isi+ ntibaharureko amakosa yabo+, kandi yatujeje ijambo+ ry’ugusubiza hamwe+.
19 ni ukuvuga yuko Imana biciye kuri Kristu+ yariko yisubiza hamwe n’isi+ ntibaharureko amakosa yabo+, kandi yatujeje ijambo+ ry’ugusubiza hamwe+.