-
Ivyahishuwe 13:4Bibiliya y’isi nshasha
-
-
4 Baca basenga ca gisato kuko cahaye ububasha ico gikoko, bongera basenga nya gikoko muri aya majambo ngo: “Ni nde ameze nk’iki gikoko, kandi ni nde yoshobora kurwana na co?”
-