Ivyakozwe 20:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Mwirinde+ ubwanyu+, murinde n’ubusho bwose+, ubwo impwemu nyeranda yabagenyemwo kuba abacungezi+, ngo muragire ishengero ry’Imana+, iryo yaguze amaraso+ y’Umwana wayo bwite. Abagalatiya 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yaritanze ku bw’ibicumuro vyacu+ kugira aturokore mu vy’iki gihe* kibi+, nk’uko ukugomba+ kw’Imana yacu ikaba na Data kuri;
28 Mwirinde+ ubwanyu+, murinde n’ubusho bwose+, ubwo impwemu nyeranda yabagenyemwo kuba abacungezi+, ngo muragire ishengero ry’Imana+, iryo yaguze amaraso+ y’Umwana wayo bwite.
4 Yaritanze ku bw’ibicumuro vyacu+ kugira aturokore mu vy’iki gihe* kibi+, nk’uko ukugomba+ kw’Imana yacu ikaba na Data kuri;