Abafilipi 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko rero, bakundwa, nk’uko mwamye mugamburuka+, atari igihe ndahari gusa, mugabo n’ubu ntahari mukarushiriza kubigira mubikunze, mugume mushitsa ubukiriro bwanyu mutinya+ kandi mujugumira;
12 Nuko rero, bakundwa, nk’uko mwamye mugamburuka+, atari igihe ndahari gusa, mugabo n’ubu ntahari mukarushiriza kubigira mubikunze, mugume mushitsa ubukiriro bwanyu mutinya+ kandi mujugumira;