Ivyakozwe 24:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Paulo na we, aho buramatari amuhereye ikimenyetso akoresheje umutwe mu kumwemerera kuvuga, yishura ati: “Kubera nzi neza yuko umaze imyaka myinshi uri umucamanza w’iri hanga, bitumye mvuga ivyanje ata ngorane mu kwiregura+, Ivyakozwe 24:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo ico nkwemereye coco ni iki: nk’uko ya nzira bita ‘umuce w’idini’ iri, ni ko ndiko nkorera Imana ya ba sogokuruza banje igikorwa ceranda+, nk’uko nemera ibintu vyose biri mw’Itegeko+ kandi vyanditswe mu Bahanuzi; Abafilipi 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Abo ba kabiri bariko bamenyekanisha Kristu babitumwe n’urukundo, kubera bazi yuko ndi ng’aha kugira mburanire+ inkuru nziza;
10 Paulo na we, aho buramatari amuhereye ikimenyetso akoresheje umutwe mu kumwemerera kuvuga, yishura ati: “Kubera nzi neza yuko umaze imyaka myinshi uri umucamanza w’iri hanga, bitumye mvuga ivyanje ata ngorane mu kwiregura+,
14 Mugabo ico nkwemereye coco ni iki: nk’uko ya nzira bita ‘umuce w’idini’ iri, ni ko ndiko nkorera Imana ya ba sogokuruza banje igikorwa ceranda+, nk’uko nemera ibintu vyose biri mw’Itegeko+ kandi vyanditswe mu Bahanuzi;
16 Abo ba kabiri bariko bamenyekanisha Kristu babitumwe n’urukundo, kubera bazi yuko ndi ng’aha kugira mburanire+ inkuru nziza;