Ivyakozwe 26:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 ngo uhumure amaso yabo+, ngo ubahindukize bave mu mwiza+ baje ku muco+, kandi ngo bave mu bubasha bwa Shetani+ baje ku Mana, kugira ngo baronke ukubabarirwa ibicumuro+ be n’intoranwa+ mu bejejwe+ n’ukunyizera.’ Abaroma 13:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ijoro rigeze kure; bugira buce+. Twiyambure rero ibikorwa vy’umwiza+ maze twambare ibirwanisho+ vy’umuco. Abanyefeso 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 kuko kera mwari umwiza+, mugabo ubu muri umuco+ mu bijanye n’Umukama. Mubandanye kugenda nk’abana b’umuco,
18 ngo uhumure amaso yabo+, ngo ubahindukize bave mu mwiza+ baje ku muco+, kandi ngo bave mu bubasha bwa Shetani+ baje ku Mana, kugira ngo baronke ukubabarirwa ibicumuro+ be n’intoranwa+ mu bejejwe+ n’ukunyizera.’
12 Ijoro rigeze kure; bugira buce+. Twiyambure rero ibikorwa vy’umwiza+ maze twambare ibirwanisho+ vy’umuco.
8 kuko kera mwari umwiza+, mugabo ubu muri umuco+ mu bijanye n’Umukama. Mubandanye kugenda nk’abana b’umuco,