1 Petero 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kuko uku ari ko ukugomba kw’Imana kuri, kugira ngo mu gukora iciza muzivye amajambo y’ukutamenya y’abantu b’imburabwenge+.
15 Kuko uku ari ko ukugomba kw’Imana kuri, kugira ngo mu gukora iciza muzivye amajambo y’ukutamenya y’abantu b’imburabwenge+.