Tito 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 ko ufise imvugo imeze neza idashobora kugira ico igawa+; kugira ngo umuntu ari ku ruhande ruturwanya amaramare, atagira ikintu na kimwe c’agahomerabunwa atuvugako+.
8 ko ufise imvugo imeze neza idashobora kugira ico igawa+; kugira ngo umuntu ari ku ruhande ruturwanya amaramare, atagira ikintu na kimwe c’agahomerabunwa atuvugako+.