Yesaya 51:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Nunyumvirize, wa gisata canje; nawe muryango wanje w’amahanga+, nuntege ugutwi. Kuko itegeko rizosohoka rivuye kuri jewe+, kandi ingingo yanje y’ubutungane* nzoyishinga ibe nk’umuco ku bisata vy’abantu+. Yesaya 60:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko, ehe umwiza+ uzopfuka isi, umuzimagiza w’umuzitanya na wo upfuke imiryango y’amahanga; mugabo wewe Yehova azokurasirako umuco, kandi ubuninahazwa bwiwe buzokubonekako+. Abanyefeso 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 kuko kera mwari umwiza+, mugabo ubu muri umuco+ mu bijanye n’Umukama. Mubandanye kugenda nk’abana b’umuco, Abakolosayi 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yaraturokoye adukiza ububasha+ bw’umwiza atwimurira+ mu bwami+ bw’Umwana w’urukundo rwiwe+,
4 “Nunyumvirize, wa gisata canje; nawe muryango wanje w’amahanga+, nuntege ugutwi. Kuko itegeko rizosohoka rivuye kuri jewe+, kandi ingingo yanje y’ubutungane* nzoyishinga ibe nk’umuco ku bisata vy’abantu+.
2 Kuko, ehe umwiza+ uzopfuka isi, umuzimagiza w’umuzitanya na wo upfuke imiryango y’amahanga; mugabo wewe Yehova azokurasirako umuco, kandi ubuninahazwa bwiwe buzokubonekako+.
8 kuko kera mwari umwiza+, mugabo ubu muri umuco+ mu bijanye n’Umukama. Mubandanye kugenda nk’abana b’umuco,