Ivyakozwe 26:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 ngo uhumure amaso yabo+, ngo ubahindukize bave mu mwiza+ baje ku muco+, kandi ngo bave mu bubasha bwa Shetani+ baje ku Mana, kugira ngo baronke ukubabarirwa ibicumuro+ be n’intoranwa+ mu bejejwe+ n’ukunyizera.’ Abaroma 1:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 kuko naho bari bazi Imana batayininahaje bwa Mana canke ngo bayikengurukire+, ahubwo bacitse ibijuju+ mu vyiyumviro vyabo, kandi imitima yabo y’imburabwenge yacitse iyitwikiriwe n’umwiza+. 1 Petero 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mugabo mwebwe muri “ubwoko bwatowe, ubuherezi bwa cami, ihanga ryeranda+, igisata c’inyegu yiharijwe+, kugira ngo mumenyeshe hose kamere z’agahebuza+” z’umwe yabahamagara abakuye mu mwiza akabinjiza mu muco wiwe w’agatangaza+.
18 ngo uhumure amaso yabo+, ngo ubahindukize bave mu mwiza+ baje ku muco+, kandi ngo bave mu bubasha bwa Shetani+ baje ku Mana, kugira ngo baronke ukubabarirwa ibicumuro+ be n’intoranwa+ mu bejejwe+ n’ukunyizera.’
21 kuko naho bari bazi Imana batayininahaje bwa Mana canke ngo bayikengurukire+, ahubwo bacitse ibijuju+ mu vyiyumviro vyabo, kandi imitima yabo y’imburabwenge yacitse iyitwikiriwe n’umwiza+.
9 Mugabo mwebwe muri “ubwoko bwatowe, ubuherezi bwa cami, ihanga ryeranda+, igisata c’inyegu yiharijwe+, kugira ngo mumenyeshe hose kamere z’agahebuza+” z’umwe yabahamagara abakuye mu mwiza akabinjiza mu muco wiwe w’agatangaza+.