Abalewi 25:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 “‘Ubutaka ntibuze bugurishwe burundu+, kuko ubutaka ari ubwanje+. Kuko kuri jewe muri ba kavamahanga n’inyambukira+. Zaburi 39:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Niwumve isengesho ryanje, ewe Yehova!Utege ugutwi ugutabaza kwanje+.Ntugume wicerereje ngo wirengagize amosozi yanje+.Kuko ndi kavamahanga gusa kuri wewe+,Inyambukira cokimwe na ba sogokuruza bose+.
23 “‘Ubutaka ntibuze bugurishwe burundu+, kuko ubutaka ari ubwanje+. Kuko kuri jewe muri ba kavamahanga n’inyambukira+.
12 Niwumve isengesho ryanje, ewe Yehova!Utege ugutwi ugutabaza kwanje+.Ntugume wicerereje ngo wirengagize amosozi yanje+.Kuko ndi kavamahanga gusa kuri wewe+,Inyambukira cokimwe na ba sogokuruza bose+.