Abalewi 25:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 “‘Ubutaka ntibuze bugurishwe burundu+, kuko ubutaka ari ubwanje+. Kuko kuri jewe muri ba kavamahanga n’inyambukira+. 1 Ngoma 29:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kuko turi ba kavamahanga imbere yawe tukaba n’inyambukira+ nka ba sogokuruza bacu bose. Imisi yacu kw’isi imeze nk’igitutu+, kandi nta cizigiro kiriho. Zaburi 119:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nta kindi ndi atari kavamahanga mu gihugu+.Ntumpishe amabwirizwa yawe+. 1 Petero 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ikigeretseko, nimba mwambaza Data wa wundi aca urubanza ata nkunzi+ nk’uko igikorwa c’umwe wese kiri, nimugendane ugutinya+ mu gihe muri ba kavamahanga+. 1 Petero 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Bakundwa, ndabahimiriza nka ba kavamahanga n’ingenzi+ ngo mugume mwirinda ivyipfuzo vy’umubiri+, ari na vyo nyene biguma birwanya ubuzima+.
23 “‘Ubutaka ntibuze bugurishwe burundu+, kuko ubutaka ari ubwanje+. Kuko kuri jewe muri ba kavamahanga n’inyambukira+.
15 Kuko turi ba kavamahanga imbere yawe tukaba n’inyambukira+ nka ba sogokuruza bacu bose. Imisi yacu kw’isi imeze nk’igitutu+, kandi nta cizigiro kiriho.
17 Ikigeretseko, nimba mwambaza Data wa wundi aca urubanza ata nkunzi+ nk’uko igikorwa c’umwe wese kiri, nimugendane ugutinya+ mu gihe muri ba kavamahanga+.
11 Bakundwa, ndabahimiriza nka ba kavamahanga n’ingenzi+ ngo mugume mwirinda ivyipfuzo vy’umubiri+, ari na vyo nyene biguma birwanya ubuzima+.