Itanguriro 7:11, 12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Nowa ashikanye imyaka 600, ku musi ugira 17 w’ukwezi kugira kabiri, kuri uwo musi nyene amasoko y’amazi yose yo mu kirere arasegenyuka, ingomero zose zo kw’ijuru zirugururwa+. 12 Imvura imara imisi 40 n’amajoro 40 igwa kw’isi.
11 Nowa ashikanye imyaka 600, ku musi ugira 17 w’ukwezi kugira kabiri, kuri uwo musi nyene amasoko y’amazi yose yo mu kirere arasegenyuka, ingomero zose zo kw’ijuru zirugururwa+. 12 Imvura imara imisi 40 n’amajoro 40 igwa kw’isi.