ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 6:19, 20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Mu bwoko bwose bw’ibikoko+ uze winjize mu bwato bibiribibiri, ikigabo n’ikigore+, kugira bizorokoke. 20 Mu bikoko biguruka nk’uko amoko yavyo ari, mu bitungano nk’uko amoko yavyo ari, mu bikwega inda hasi vyose nk’uko amoko yavyo ari, bibiribibiri bizoza aho uri maze vyinjire mu bwato kugira birokoke+.

  • Abaheburayo 11:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Kubera ukwizera, Nowa+ amaze kuburirwa n’Imana ku bintu bitari bwabonwe+, yarerekanye ko atinya Imana, arubaka ubwato+ bwo gukiza abo mu rugo rwiwe. Ukwo kwizera kwiwe ni kwo kwatumye isi icirwa urubanza+, kandi yariswe umugororotsi* biciye kuri ukwo kwizera.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika