-
Itanguriro 21:27Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
27 Aburahamu aca afata intama n’inka abiha Abimeleki, maze bagiranira isezerano.
-
-
Itanguriro 21:30Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
30 Na we amwishura ati: «Aya mashashi y’intama indwi ni ayo ndaguhaye kugira abe icabona c’uko ari jewe nimvye iri riba.»
-