Kuvayo 6:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Igihe niyereka Aburahamu, Izahaki na Yakobo, narabahishuriye ko ndi Imana Mushoboravyose+, ariko sinabahishuriye insobanuro yuzuye y’izina ryanje Yehova+. Kuvayo 33:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Ariko amwishura ati: «Nzokwereka ukumera neza kwanje kwose kandi nzokumenyesha izina ryanje Yehova+. Nzogirira ubuntu uwo nshaka kubugirira, kandi nzogirira imbabazi uwo nshaka kuzigirira+.»
3 Igihe niyereka Aburahamu, Izahaki na Yakobo, narabahishuriye ko ndi Imana Mushoboravyose+, ariko sinabahishuriye insobanuro yuzuye y’izina ryanje Yehova+.
19 Ariko amwishura ati: «Nzokwereka ukumera neza kwanje kwose kandi nzokumenyesha izina ryanje Yehova+. Nzogirira ubuntu uwo nshaka kubugirira, kandi nzogirira imbabazi uwo nshaka kuzigirira+.»