ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 19:5, 6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Ubu rero, nimwangamburukira mudaca ku ruhande kandi mukagumya isezerano ryanje, muzombera ihanga ridasanzwe* mu yandi mahanga yose+, kuko isi yose ari rwanje+. 6 Muzombera ubwami bw’abaherezi n’ihanga ryeranda+.” Ivyo abe ari vyo uza kubwira Abisirayeli.»

  • Gusubira mu vyagezwe 12:28
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 28 Muze mwitwararike kugamburuka aya majambo yose ndabategetse kugira bizokwame bibagendera neza mwe n’uruvyaro rwanyu, kuko muzoba mukoze ibintu vyiza kandi bigororotse mu maso ya Yehova Imana yanyu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika