Kuvayo 24:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Musa aca agenda kubwira abantu ivyo Yehova yari yamubwiye vyose n’ingingo zose yari yamushikirije+. Maze bose bishurira rimwe bati: «Ivyo Yehova avuze vyose turemeye kubikora+.» Gusubira mu vyagezwe 1:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Nuko ku musi wa mbere w’ukwezi kugira 11 mu mwaka ugira 40+, Musa abwira Abisirayeli ivyo Yehova yari yamutegetse kubabwira vyose.
3 Musa aca agenda kubwira abantu ivyo Yehova yari yamubwiye vyose n’ingingo zose yari yamushikirije+. Maze bose bishurira rimwe bati: «Ivyo Yehova avuze vyose turemeye kubikora+.»
3 Nuko ku musi wa mbere w’ukwezi kugira 11 mu mwaka ugira 40+, Musa abwira Abisirayeli ivyo Yehova yari yamutegetse kubabwira vyose.