ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 22:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Ariko Imana ibwira Balamu iti: «Ntujane na bo, kandi ntuvume abo bantu kuko nabahezagiye+.»

  • 2 Petero 2:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Barataye inzira igororotse, barazimira. Bakurikiye inzira ya Balamu+ mwene Beyori, umwe yakunze impembo y’ubukozi bw’ikibi+,

  • Ivyahishuwe 2:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Ariko hariho ibintu bikeyi ndakunegura: iwawe hariho abakurikira inyigisho ya Balamu+, umwe yigisha Balaki+ ingene yotsitaza Abisirayeli, kugira barye ivyashikaniwe ibigirwamana bongere bakore ubusambanyi*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika