ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 7:25
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Muze muturire ibishusho bibajwe vy’imana zabo+. Ntimuze mwipfuze ifeza n’inzahabu ziri kuri vyo canke ngo muzitware+ kugira ntibihave bibabera umutego, kuko ico ari ikintu gishisha Yehova Imana yanyu+.

  • Gusubira mu vyagezwe 12:2, 3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Mukwiye gukuraho burundu ibibanza vyose amahanga mugira mwirukane yahora asengeramwo imana zayo+, haba ku misozi miremire, ku mitumba canke munsi y’ibiti bitotahaye. 3 Muze musiture ibicaniro vyabo, mumenagure inkingi nyeranda zabo z’amabuye+, muturire ibikingi vyabo vyeranda vy’ibiti* mwongere mwicire ibishusho bibajwe vy’imana zabo+. Muze mufute amazina yazo muri ico kibanza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika