ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 23:29
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 29 Sinzobirukana mu mwaka umwe kugira igihugu ntigihinduke amashamba, hanyuma ibikoko vyo mw’ishamba bikagwirirana maze bikabagirira nabi+.

  • Gusubira mu vyagezwe 2:25
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Uyu musi ngira ntangure gutera ubwoba amahanga yose ari munsi y’ijuru azokwumva ibiberekeye. Bazohagarika umutima, bajugumire* kubera mwebwe+.”

  • Yosuwa 2:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Ababwira ati: «Ndazi neza ko Yehova azobaha iki gihugu+ be n’uko dufise ubwoba bwinshi kubera mwebwe+. Ababa mu gihugu bose bihebuye kubera mwebwe+,

  • Yosuwa 24:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Natumye bihebura* mutaranabashikira, barata barahunga+ nka kurya vyagenze kuri ba bami babiri b’Abamori. Inkota zanyu n’imiheto yanyu si vyo vyatumye mubatsinda+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika