ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 23:27
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 27 Nzotuma abantu bantinya n’imbere y’uko mushika+, kandi amahanga yose mushitsemwo nzotuma aja mu ruhagarara. Nzotuma abansi banyu bose batsindwa, bate bomoke*+.

  • Gusubira mu vyagezwe 2:25
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Uyu musi ngira ntangure gutera ubwoba amahanga yose ari munsi y’ijuru azokwumva ibiberekeye. Bazohagarika umutima, bajugumire* kubera mwebwe+.”

  • Gusubira mu vyagezwe 11:25
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Nta muntu n’umwe azoshobora kubihanga+. Yehova Imana yanyu azotuma abantu bo mu gihugu cose mugiyemwo batekerwa n’ubwoba babatinye+, nk’uko yabibasezeraniye.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika