1 Ngoma 29:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ubukuru+ n’ubushobozi+ n’ubwiza n’ubuninahazwa n’icubahiro*+ ni ivyawe Yehova, kuko ibintu vyose mw’ijuru no kw’isi ari rwawe+. Ewe Yehova, ubwami ni ubwawe+. Ni wewe uri hejuru ya vyose. Zaburi 24:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Isi n’ibiri muri yo vyose ni ivya Yehova+,isi* yose n’abayibamwo ni ivyiwe. Zaburi 115:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Ijuru ni irya Yehova+,ariko isi yayihaye abana b’abantu+.
11 Ubukuru+ n’ubushobozi+ n’ubwiza n’ubuninahazwa n’icubahiro*+ ni ivyawe Yehova, kuko ibintu vyose mw’ijuru no kw’isi ari rwawe+. Ewe Yehova, ubwami ni ubwawe+. Ni wewe uri hejuru ya vyose.