Gusubira mu vyagezwe 7:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Azobafasha gutsinda abami bayo+ ku buryo n’amazina yabo azimangana munsi y’ijuru+. Nta n’umwe azobananira+, gushika mubaherengeteje bose+. Yosuwa 1:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Nta n’umwe azoshobora kugutsinda igihe cose uzoba ukiriho+. Nzobana nawe nk’uko nabanye na Musa+. Sinzoguta canke ngo ndaguhebe+.
24 Azobafasha gutsinda abami bayo+ ku buryo n’amazina yabo azimangana munsi y’ijuru+. Nta n’umwe azobananira+, gushika mubaherengeteje bose+.
5 Nta n’umwe azoshobora kugutsinda igihe cose uzoba ukiriho+. Nzobana nawe nk’uko nabanye na Musa+. Sinzoguta canke ngo ndaguhebe+.