ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 6:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Nzoba hagati mu Bisirayeli+, kandi sinzoheba ihanga ryanje Isirayeli+.»

  • Zaburi 94:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Kuko Yehova atazoheba abantu biwe+,

      canke ngo ate intoranwa yiwe+.

  • Abaroma 11:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Ndabaza rero nti: Mbega Imana yarataye abantu bayo+? Habe namba! Kuko na jewe ndi Umwisirayeli wo mu ruvyaro* rwa Aburahamu, nkaba mva mu muryango wa Benyamini.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika